IBINTU MURI #MIDDLE_EAST BIKOMEJE KWANAKA.
Ingabo za Amerika zateye igitero gikomeye c’ukuri, zisambura burundu ikibanza kinini c’ingabo za #IRGC kiri imbere muri Irani, nk’uko amakuru ya mbere abivuga.
Amakuru avuga ko iyo nyubakwa yasambutse cane.
0:10